Qari
Murottal Audio
اِنَّآ اَنْزَلْنٰهُ فِيْ لَيْلَةِ الْقَدْرِ
innā anzalnāhu fī lailatil-qadr(i).
Nkako, twayimanuye (Korowani) mw’ijoro rya Qadar.
وَمَآ اَدْرٰىكَ مَا لَيْلَةُ الْقَدْرِۗ
wa mā adrāka mā lailatul-qadr(i).
Kandi urazi iryo joro ry’ubuninahazwa ico ari co?
لَيْلَةُ الْقَدْرِ ەۙ خَيْرٌ مِّنْ اَلْفِ شَهْرٍۗ
lailatul-qadri khairum min alfi syahr(in).
Ijoro ry’ubuninahazwa riruta amezi igihumbi.
تَنَزَّلُ الْمَلٰۤىِٕكَةُ وَالرُّوْحُ فِيْهَا بِاِذْنِ رَبِّهِمْۚ مِنْ كُلِّ اَمْرٍۛ
tanazzalul-malā'ikatu war rūḥu fīhā bi'iżni rabbihim min kulli amr(in).
Iryo joro abamarayika na Mpwemu (Gaburiyeli) baramanutse bafise uruhusha rw’Umukama wabo kugira ngo batunganye ivy’abantu vyose.
سَلٰمٌ ۛهِيَ حَتّٰى مَطْلَعِ الْفَجْرِ ࣖ
salāmun hiya ḥattā maṭla‘il-fajr(i).
Mube abaroraniwe (iryo joro) gushika mu gatondo.