Qari
Murottal Audio
قُلْ هُوَ اللّٰهُ اَحَدٌۚ
qul huwallāhu aḥad(un).
Vuga (Muhamadi) ati: «Ni we Allah, Mushoboravyose.
اَللّٰهُ الصَّمَدُۚ
allāhuṣ-ṣamad(u).
Allah niwe hantu ho gusaba vyose.
لَمْ يَلِدْ وَلَمْ يُوْلَدْۙ
lam yalid wa lam yūlad.
(Allah) ntavyara canke ngo avyare.
وَلَمْ يَكُنْ لَّهٗ كُفُوًا اَحَدٌ ࣖ
wa lam yakul lahū kufuwan aḥad(un).
Kandi nta kintu na kimwe kingana na We.”