Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - 6 Rukun Iman Hari Kiamat (rukun iman no.5) Padang Mahsyar Orang yang menerima kitab catatan dari tangan kanan

Verse Search Results :
Total Verses : 7
19
Q.S Haka (69:19)

فَاَمَّا مَنْ اُوْتِيَ كِتٰبَهٗ بِيَمِيْنِهٖ فَيَقُوْلُ هَاۤؤُمُ اقْرَءُوْا كِتٰبِيَهْۚ

fa ammā man ūtiya kitābahū biyamīnihī fa yaqūlu hā'umuqra'ū kitābiyah.

Uwuhawe igitabu ciwe mu kuboko kw'iburyo, azovuga ati: «Fata, usome igitabu canje.»


20
Q.S Haka (69:20)

اِنِّيْ ظَنَنْتُ اَنِّيْ مُلٰقٍ حِسَابِيَهْۚ

innī ẓanantu annī mulāqin ḥisābiyah.

Nkako, ndazi neza ko (umusi umwe) nzoronka igiharuro canje.


21
Q.S Haka (69:21)

فَهُوَ فِيْ عِيْشَةٍ رَّاضِيَةٍۚ

fa huwa fī ‘īsyatir rāḍiyah(tin).

Uwo muntu rero aba ari mu buzima buteye umunezero, .


24
Q.S Haka (69:24)

كُلُوْا وَاشْرَبُوْا هَنِيْۤـًٔا ۢبِمَآ اَسْلَفْتُمْ فِى الْاَيَّامِ الْخَالِيَةِ

kulū wasyrabū hanī'am bimā aslaftum fil-ayyāmil-khāliyah(ti).

(babwirwa) ati: «Murye, munywe munezerewe kubera ibikorwa vyiza mwakoze mu misi iheze.»


7
Q.S Inshiqaq (84:7)

فَاَمَّا مَنْ اُوْتِيَ كِتٰبَهٗ بِيَمِيْنِهٖۙ

fa ammā man ūtiya kitābahū biyamīnih(ī).

Uwo inkuru yiwe ivugwa ari iburyo bwiwe ni uko;


8
Q.S Inshiqaq (84:8)

فَسَوْفَ يُحَاسَبُ حِسَابًا يَّسِيْرًاۙ

fa saufa yuḥāsabu ḥisābay yasīrā(n).

azobazwa n’inkuru yoroshe, .


9
Q.S Inshiqaq (84:9)

وَّيَنْقَلِبُ اِلٰٓى اَهْلِهٖ مَسْرُوْرًاۗ

wa yanqalibu ilā ahlihī masrūrā(n).

kandi azosubira mu muryango wiwe (na bo nyene ari abemera) anezerewe.