Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Sejarah Sejarah Awal Mula Islam Di Mekkah Penghinaan Kaum Quraisy Nabi Shalallahu alaihi wassalam dituduh sebagai penyair

Verse Search Results :
Total Verses : 5
5
Q.S Anbiya (21:5)

بَلْ قَالُوْٓا اَضْغَاثُ اَحْلَامٍۢ بَلِ افْتَرٰىهُ بَلْ هُوَ شَاعِرٌۚ فَلْيَأْتِنَا بِاٰيَةٍ كَمَآ اُرْسِلَ الْاَوَّلُوْنَ

bal qālū aḍgāṡu aḥlāmim baliftarāhu bal huwa syā‘ir(un), falya'tinā bi'āyatin kamā ursilal-awwalūn(a).

Baciye mbere bavuga bati: «(Korowani ni ivyamwa vy’) indoto z’akajagari, canke ingaruka y’ubuhinga bwiwe (Muhammad), canke mbere ni umunyamivugo gusa, gerageza kutuzanira ikimenyetso (ikimenyamenya), nk’intumwa zarungitswe imbere.”


69
Q.S Ya-Icaha (36:69)

وَمَا عَلَّمْنٰهُ الشِّعْرَ وَمَا يَنْۢبَغِيْ لَهٗ ۗاِنْ هُوَ اِلَّا ذِكْرٌ وَّقُرْاٰنٌ مُّبِيْنٌ ۙ

wa mā ‘allamnāhusy-syi‘ra wa mā yambagī lah(ū), in huwa illā żikruw wa qur'ānum mubīn(un).

Kandi ntitwamwigishije (Muhammad) imivugo kandi imivugo ntiyari imubereye. Korowani nta kindi ariko ni icigwa n’igitabu gitomoye,


36
Q.S Nk'uko-Safati (37:36)

وَيَقُوْلُوْنَ اَىِٕنَّا لَتَارِكُوْٓا اٰلِهَتِنَا لِشَاعِرٍ مَّجْنُوْنٍ ۗ

wa yaqūlūna a'innā latārikū ālihatinā lisyā‘irim majnūn(in).

baravuga bati: «Mbega twoheba ugusenga kwacu kubera umunyamivugo w’umusazi?»


30
Q.S Ku-Turi (52:30)

اَمْ يَقُوْلُوْنَ شَاعِرٌ نَّتَرَبَّصُ بِهٖ رَيْبَ الْمَنُوْنِ

am yaqūlūna syā‘irin natarabbaṣu bihī raibal-manūn(i).

Baciye mbere bavuga bati: "Ni umunyamivugo turindiriye ko agira impanuka."


41
Q.S Haka (69:41)

وَّمَا هُوَ بِقَوْلِ شَاعِرٍۗ قَلِيْلًا مَّا تُؤْمِنُوْنَۙ

wa mā huwa biqauli syā‘ir(in), qalīlam mā tu'minūn(a).

kandi yo (Korowani) si amajambo y’umunyamivugo. Mufise ukwizera guke muri we.