وَاِذْ قُلْنَا لَكَ اِنَّ رَبَّكَ اَحَاطَ بِالنَّاسِۗ وَمَا جَعَلْنَا الرُّءْيَا الَّتِيْٓ اَرَيْنٰكَ اِلَّا فِتْنَةً لِّلنَّاسِ وَالشَّجَرَةَ الْمَلْعُوْنَةَ فِى الْقُرْاٰنِ ۗ وَنُخَوِّفُهُمْۙ فَمَا يَزِيْدُهُمْ اِلَّا طُغْيَانًا كَبِيْرًا ࣖ
wa iż qulnā laka inna rabbaka aḥāṭa bin-nās(i), wa mā ja‘alnar-ru'yal-latī araināka illā fitnatal lin-nāsi wasy-syajaratal mal‘ūnata fil-qur'ān(i), wa nukhawwifuhum, famā yazīduhum illā ṭugyānan kabīrā(n).
Kandi (wibuke) igihe twakumenyesha tuti: «Ni ukuri, (ubumenyi bw’Umukama wawe bupfutse abantu bose». Kandi iyo ndoto twaberetse ntitwayigize, ahubwo twayigize nk’ikigeragezo ku bantu no (nk’uko) igiti cavumwe (zaqqum) kiri muri Korowani. Kandi twabateye ubwoba, ariko ivyo vyatumye barushiriza gusa kutumvira.
فَاَوْحٰىٓ اِلٰى عَبْدِهٖ مَآ اَوْحٰىۗ
fa auḥā ilā ‘abdihī mā auḥā.
Hanyuma abwira umusavyi wiwe (Muhammad) ivyo Allah yari yamuhishuriye.
اَفَتُمٰرُوْنَهٗ عَلٰى مَا يَرٰى
afa tumārūnahū ‘alā mā yarā.
None mwebwe (abashiriki b’i Mecca) muzoja kumutonganya ku vyo yabonye?