14
Q.S An-Najmu (53:14)
عِنْدَ سِدْرَةِ الْمُنْتَهٰى
‘inda sidratil-muntahā.
(ni ukuvuga) i Sidratul Muntaha,
15
Q.S An-Najmu (53:15)
عِنْدَهَا جَنَّةُ الْمَأْوٰىۗ
‘indahā jannatul-ma'wā.
hafi y’aho hari Amatongo y’Icumbi, .
16
Q.S An-Najmu (53:16)
اِذْ يَغْشَى السِّدْرَةَ مَا يَغْشٰىۙ
iż yagsyas-sidrata mā yagsyā.
(Muhamadi yabonye Gaburiyeli) igihe Sidratul Muntaha yazingirwa n’ikintu camuzingiye, .
17
Q.S An-Najmu (53:17)
مَا زَاغَ الْبَصَرُ وَمَا طَغٰى
mā zāgal-baṣaru wa mā ṭagā.
iyerekwa ryiwe (Muhamadi) ntiryakevye ku vyo yabonye canke ngo (rirenge).
18
Q.S An-Najmu (53:18)
لَقَدْ رَاٰى مِنْ اٰيٰتِ رَبِّهِ الْكُبْرٰى
laqad ra'ā min āyāti rabbihil-kubrā.
Nkako, yarabonye bimwe mu bimenyetso bikomeye vy’Umukama wiwe.