Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Akhlak dan Adab Etika dan hak-hak umum Memberi salam Cara memberi salam Ucapan salam ahli kitab

Verse Search Results :
Total Verses : 1
8
Q.S Al-Mujadilah (58:8)

اَلَمْ تَرَ اِلَى الَّذِيْنَ نُهُوْا عَنِ النَّجْوٰى ثُمَّ يَعُوْدُوْنَ لِمَا نُهُوْا عَنْهُ وَيَتَنٰجَوْنَ بِالْاِثْمِ وَالْعُدْوَانِ وَمَعْصِيَتِ الرَّسُوْلِۖ وَاِذَا جَاۤءُوْكَ حَيَّوْكَ بِمَا لَمْ يُحَيِّكَ بِهِ اللّٰهُ ۙوَيَقُوْلُوْنَ فِيْٓ اَنْفُسِهِمْ لَوْلَا يُعَذِّبُنَا اللّٰهُ بِمَا نَقُوْلُۗ حَسْبُهُمْ جَهَنَّمُۚ يَصْلَوْنَهَاۚ فَبِئْسَ الْمَصِيْرُ

alam tara ilal-lażīna nuhū ‘anin-najwā ṡummā ya‘ūdūna limā nuhū ‘anhu wa yatanājauna bil-iṡmi wal-‘udwāni wa ma‘ṣiyatir-rasūl(i), wa iżā jā'ūka ḥayyauka bimā lam yuḥayyika bihillāh(u), wa yaqūlūna fī anfusihim lau lā yu‘ażżibunallāhu bimā naqūl(u), ḥasbuhum jahannam(u), yaṣlaunahā, fa bi'sal-maṣīr(u).

Mbega ntimwabonye ko abantu babujijwe gukora ibiganiro vy’ibanga, hanyuma bagasubira (gushitsa) ivyo babujije bagaca bagira ibiganiro vy’ibanga kugira ngo bakore icaha, urwanko n’ukutumvira Intumwa. Kandi iyo baje kuri wewe (Muhammad), barakuramutsa mu buryo butari ubwo Allah yakutegetse. Kandi baribwira bati: «Kubera iki Allah ataduhana kubera ivyo twavuze?» Barahagije ni umuriro udahera bazokwinjiramwo. Rero umuriro w’iteka ni co kibanza kibi kuruta ibindi vyose umuntu yosubiramwo.