86
Q.S Nisa (4:86)
وَاِذَا حُيِّيْتُمْ بِتَحِيَّةٍ فَحَيُّوْا بِاَحْسَنَ مِنْهَآ اَوْ رُدُّوْهَا ۗ اِنَّ اللّٰهَ كَانَ عَلٰى كُلِّ شَيْءٍ حَسِيْبًا
wa iżā ḥuyyītum bitaḥiyyatin fa ḥayyū bi'aḥsana minhā au ruddūhā, innallāha kāna ‘alā kulli syai'in ḥasībā(n).
Kandi niwaba wubahwa n’icubahiro (c’ugusuhuza), rero usubize icubahiro n’ikindi ciza kuruta, canke usubize (icubahiro, kijanye n’ico) na co. Nkako, Allah arazirikana vyose.
25
Q.S Adh-Dhariyat (51:25)
اِذْ دَخَلُوْا عَلَيْهِ فَقَالُوْا سَلٰمًا ۗقَالَ سَلٰمٌۚ قَوْمٌ مُّنْكَرُوْنَ
iż dakhalū ‘alaihi fa qālū salāmā(n), qāla salām(un), qaumum munkarūn(a).
(Nimwibuke) igihe binjira mu kibanza ciwe bavuga bati: «Salaman» (ndabaramukije), Ibrahimu arishura ati: «Salamun» (ndaramukije). (Bari) abantu atazi.