Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Jihad Fase-fase pertempuran Etika berperang Membalas dengan serupa

Verse Search Results :
Total Verses : 3
126
Q.S An-Nahli (16:126)

وَاِنْ عَاقَبْتُمْ فَعَاقِبُوْا بِمِثْلِ مَا عُوْقِبْتُمْ بِهٖۗ وَلَىِٕنْ صَبَرْتُمْ لَهُوَ خَيْرٌ لِّلصّٰبِرِيْنَ

wa in ‘āqabtum fa ‘āqibū bimiṡli mā ‘ūqibtum bih(ī), wa la'in ṣabartum lahuwa khairul liṣ-ṣābirīn(a).

Kandi niwishura, rero wishura n’(inyishu) ingana n’umubabaro bagushikiye. Ariko iyo wihanganye, vy’ukuri ivyo ni vyiza ku muntu yihangana.


60
Q.S Haji (22:60)

۞ ذٰلِكَ وَمَنْ عَاقَبَ بِمِثْلِ مَا عُوْقِبَ بِهٖ ثُمَّ بُغِيَ عَلَيْهِ لَيَنْصُرَنَّهُ اللّٰهُ ۗاِنَّ اللّٰهَ لَعَفُوٌّ غَفُوْرٌ

Żālika wa man ‘āqaba bimiṡli mā ‘ūqiba bihī ṡumma bugiya ‘alaihi layanṣurannahullāh(u), innallāha la‘afuwwun gafūr(un).

Gutyo, kandi uwuzokwishura bivanye n’uruhamo (rw’ububisha) yashikiwe, hanyuma akarenganywa (na none), nta gukeka ko Allah azomufasha. Nkako, Allah ni we Mubabarira cane, ni Umubabarira cane.


40
Q.S Ivu Shura (42:40)

وَجَزٰۤؤُا سَيِّئَةٍ سَيِّئَةٌ مِّثْلُهَا ۚفَمَنْ عَفَا وَاَصْلَحَ فَاَجْرُهٗ عَلَى اللّٰهِ ۗاِنَّهٗ لَا يُحِبُّ الظّٰلِمِيْنَ

wa jazā'u sayyi'atin sayyi'atum miṡluhā, faman ‘afā wa aṣlaḥa fa ajruhū ‘alallāh(i), innahū lā yuḥibbuẓ-ẓālimīn(a).

Kandi impembo y’ikibi ni ikibi kibereye, ariko uwuzobabarira akagirira neza (abakora ikibi) rero impembo izova kuri Allah. Nkako, ntakunda abantu b’akarenganyo.