Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Kisah-kisah dan perumpamaan dalam Al Qur'an Kisah-kisah Al Qur'an Kisah penciptaan manusia Macam jiwa manusia Nafs ammarah

Verse Search Results :
Total Verses : 2
79
Q.S Nisa (4:79)

مَآ اَصَابَكَ مِنْ حَسَنَةٍ فَمِنَ اللّٰهِ ۖ وَمَآ اَصَابَكَ مِنْ سَيِّئَةٍ فَمِنْ نَّفْسِكَ ۗ وَاَرْسَلْنٰكَ لِلنَّاسِ رَسُوْلًا ۗ وَكَفٰى بِاللّٰهِ شَهِيْدًا

mā aṣābaka min ḥasanatin fa minallāh(i), wa mā aṣābaka min sayyi'atin fa min nafsik(a), wa arsalnāka lin-nāsi rasūlā(n), wa kafā billāhi syahīdā(n).

Ivyiza vyose uronka, biva kuri Allah, kandi ikibi cose kigushikira, kiva ku (ikosa) ryawe. Twaragutumye (Muhamadi) ngo ube Intumwa ku bantu (bose). Kandi Allah arahagije nk’icabona.


53
Q.S Yozefu (12:53)

۞ وَمَآ اُبَرِّئُ نَفْسِيْۚ اِنَّ النَّفْسَ لَاَمَّارَةٌ ۢ بِالسُّوْۤءِ اِلَّا مَا رَحِمَ رَبِّيْۗ اِنَّ رَبِّيْ غَفُوْرٌ رَّحِيْمٌ

wa mā ubarri'u nafsī, innan-nafsa la'ammāratum bis-sū'i illā mā raḥima rabbī, inna rabbī gafūrur raḥīm(un).

Kandi sin (menyesha) ko ndi umwidegemvyo (mu makosa), kuko mu vy’ukuri irari ryama rijana mu bibi, kiretse (irari) Umukama wanje yampaye imbabazi. Nkako, Umukama wanje ni Umubabazi, Nyenimbabazi.