36
Q.S Ali Imurani (3:36)
فَلَمَّا وَضَعَتْهَا قَالَتْ رَبِّ اِنِّيْ وَضَعْتُهَآ اُنْثٰىۗ وَاللّٰهُ اَعْلَمُ بِمَا وَضَعَتْۗ وَلَيْسَ الذَّكَرُ كَالْاُنْثٰى ۚ وَاِنِّيْ سَمَّيْتُهَا مَرْيَمَ وَاِنِّيْٓ اُعِيْذُهَا بِكَ وَذُرِّيَّتَهَا مِنَ الشَّيْطٰنِ الرَّجِيْمِ
falammā waḍa‘athā qālat rabbi innī waḍa‘tuhā unṡā, wallāhu a‘lamu bimā waḍa‘at, wa laisaż-żakaru kal-unṡā, wa innī sammaituhā maryama wa innī u‘īżuhā bika wa żurriyyatahā minasy-syaiṭānir-rajīm(i).
Nuko amuvyaye, aravuga ati: «Mukama wanje, navyaye umwana w’umukobwa.» Naho Allah azi neza ivyo yavyaye, kandi abagabo ntibameze kimwe n’abagore. « Kandi namuhaye izina rya Mariyamu, kandi ndasaba ko umukingira we n’abana biwe n’abuzukuru biwe (ukuvyinjiramwo kwa) shetani yavumwe.»