Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Al-Qur'an Kisah-kisah dan perumpamaan dalam Al Qur'an Perumpamaan-perumpamaan dalam Al Qur'an Perumpamaan kampung yang ingkar akan nikmat Allah

Verse Search Results :
Total Verses : 1
112
Q.S An-Nahli (16:112)

وَضَرَبَ اللّٰهُ مَثَلًا قَرْيَةً كَانَتْ اٰمِنَةً مُّطْمَىِٕنَّةً يَّأْتِيْهَا رِزْقُهَا رَغَدًا مِّنْ كُلِّ مَكَانٍ فَكَفَرَتْ بِاَنْعُمِ اللّٰهِ فَاَذَاقَهَا اللّٰهُ لِبَاسَ الْجُوْعِ وَالْخَوْفِ بِمَا كَانُوْا يَصْنَعُوْنَ

wa ḍaraballāhu maṡalan qaryatan kānat āminatam muṭma'innatay ya'tīhā rizquhā ragadam min kulli makānin fa kafarat bi'an‘umillāhi fa ażāqahallāhu libāsal-jū‘i wal-khaufi bimā kānū yaṣna‘ūn(a).

Kandi Allah yaragize akarorero (k’igihugu) cari mbere gifise umutekano n’amahoro, ivyo kurya vyakijeko vyinshi bivuye ahantu hose, ariko (abakibamwo) barahakana imihezagiro ya Allah, ni co gituma Allah yabateye icago c’inzara n’ubwoba, kubera ivyo bakoze.