24
Q.S Iburahimu (14:24)
اَلَمْ تَرَ كَيْفَ ضَرَبَ اللّٰهُ مَثَلًا كَلِمَةً طَيِّبَةً كَشَجَرَةٍ طَيِّبَةٍ اَصْلُهَا ثَابِتٌ وَّفَرْعُهَا فِى السَّمَاۤءِۙ
alam tara kaifa ḍaraballāhu maṡalan kalimatan ṭayyibatan kasyajaratin ṭayyibatin aṣluhā ṡābituw wa far‘uhā fis-samā'(i).
Mbega ntimwabonye ingene Allah yagize umugani w’interuro nziza nk’igiti ciza, imizi yaco ikomeye kandi amashami yaco (ashika) mw’ijuru,
25
Q.S Iburahimu (14:25)
تُؤْتِيْٓ اُكُلَهَا كُلَّ حِيْنٍ ۢبِاِذْنِ رَبِّهَاۗ وَيَضْرِبُ اللّٰهُ الْاَمْثَالَ لِلنَّاسِ لَعَلَّهُمْ يَتَذَكَّرُوْنَ
tu'tī ukulahā kulla ḥīnim bi'iżni rabbihā, wa yaḍribullāhul-amṡāla lin-nāsi la‘allahum yatażakkarūn(a).
Ico (giti) kima imbuto igihe cose kigizwe n’uruhusha rw’Umukama waco. Kandi Allah arashira iyo migani ku bantu kugira ngo bazibuke.