وَاِذَا تُتْلٰى عَلَيْهِمْ اٰيٰتُنَا قَالُوْا قَدْ سَمِعْنَا لَوْ نَشَاۤءُ لَقُلْنَا مِثْلَ هٰذَآ ۙاِنْ هٰذَآ اِلَّآ اَسَاطِيْرُ الْاَوَّلِيْنَ
wa iżā tutlā ‘alaihim āyātunā qālū qad sami‘nā lau nasyā'u laqulnā miṡla hāżā, in hāżā illā asāṭīrul-awwalīn(a).
Kandi igihe imirongo yacu yabasomwa, baravuga bati: "Nta gukeka, twarumvise (imirongo nk'iyi), iyo tubishaka twoshobora gusoma ikintu nk'iki. Iyi (Al-Qur'an) nta kindi ariko ni inkuru y'aba kera."
وَاِذْ قَالُوا اللّٰهُمَّ اِنْ كَانَ هٰذَا هُوَ الْحَقَّ مِنْ عِنْدِكَ فَاَمْطِرْ عَلَيْنَا حِجَارَةً مِّنَ السَّمَاۤءِ اَوِ ائْتِنَا بِعَذَابٍ اَلِيْمٍ
wa iż qālullāhumma in kāna hāżā huwal-ḥaqqa min ‘indika fa amṭir ‘alainā ḥijāratam minas-samā'i awi'tinā bi‘ażābin alīm(in).
Kandi (wibuke), igihe bo (abashirikini) bavuga bati: «Ewe Allah, nimba iki (Al-Qur’an) ari ukuri (ivyahishuriwe) bivuye kuri wewe, rero utugwe amabuye avuye mw’ijuru, canke utuzanire igihano kibabaje.»
وَقَالُوْا لَنْ نُّؤْمِنَ لَكَ حَتّٰى تَفْجُرَ لَنَا مِنَ الْاَرْضِ يَنْۢبُوْعًاۙ
wa qālū lan nu'mina laka ḥattā tafjura lanā minal-arḍi yambū‘ā(n).
Baraheza bati: «Ntituzokwemera (Muhamadi) utaraturungikira isoko y’amazi avuye mw’isi;
اَوْ تَكُوْنَ لَكَ جَنَّةٌ مِّنْ نَّخِيْلٍ وَّعِنَبٍ فَتُفَجِّرَ الْاَنْهٰرَ خِلٰلَهَا تَفْجِيْرًاۙ
au takūna laka jannatum min nakhīliw wa ‘inabin fa tufajjiral-anhāra khilālahā tafjīrā(n).
canke ufise umurima w’amadali n’imizabibu, hanyuma ukareka uruzi rutemba ningoga rukawucamwo, .
اَوْ تُسْقِطَ السَّمَاۤءَ كَمَا زَعَمْتَ عَلَيْنَا كِسَفًا اَوْ تَأْتِيَ بِاللّٰهِ وَالْمَلٰۤىِٕكَةِ قَبِيْلًاۙ
au tusqiṭas-samā'a kamā za‘amta ‘alainā kisafan au ta'tiya billāhi wal-malā'ikati qabīlā(n).
canke mukadutera ijuru mu bipande, nk’uko mubivuga, canke (mbere) muzana Allah n’abamarayika amaso mu yandi natwe, .
اَوْ يَكُوْنَ لَكَ بَيْتٌ مِّنْ زُخْرُفٍ اَوْ تَرْقٰى فِى السَّمَاۤءِ ۗوَلَنْ نُّؤْمِنَ لِرُقِيِّكَ حَتّٰى تُنَزِّلَ عَلَيْنَا كِتٰبًا نَّقْرَؤُهٗۗ قُلْ سُبْحَانَ رَبِّيْ هَلْ كُنْتُ اِلَّا بَشَرًا رَّسُوْلًا ࣖ
au yakūna laka baitum min zukhrufin au tarqā fis-samā'(i), wa lan nu'mina liruqiyyika ḥattā tunazzila ‘alainā kitāban naqra'uh(ū), qul subḥāna rabbī hal kuntu illā basyarar rasūlā(n).
canke ufise inzu (yakozwe) mu nzahabu, canke ukaduga mw’ijuru. Kandi ntituzokwemera ukuduga kwawe gushika utumanukiye igitabu co gusoma." Vuga (Muhamadi) uti: "Umukama wanje aninahazwe, mbega si ndi umuntu gusa ari intumwa?"
سَاَلَ سَاۤىِٕلٌۢ بِعَذَابٍ وَّاقِعٍۙ
sa'ala sā'ilum bi‘ażābiw wāqi‘(in).
Hari uwabajije ivyerekeye igihano kizoza ata kabuza, .