36
Q.S Al-Anfali (8:36)
اِنَّ الَّذِيْنَ كَفَرُوْا يُنْفِقُوْنَ اَمْوَالَهُمْ لِيَصُدُّوْا عَنْ سَبِيْلِ اللّٰهِ ۗفَسَيُنْفِقُوْنَهَا ثُمَّ تَكُوْنُ عَلَيْهِمْ حَسْرَةً ثُمَّ يُغْلَبُوْنَ ەۗ وَالَّذِيْنَ كَفَرُوْٓا اِلٰى جَهَنَّمَ يُحْشَرُوْنَۙ
innal-lażīna kafarū yunfiqūna amwālahum liyaṣuddū ‘an sabīlillāh(i), fa sayunfiqūnahā ṡumma takūnu ‘alaihim ḥasratan ṡumma yuglabūn(a), wal-lażīna kafarū ilā jahannama yuḥsyarūn(a).
Nkako, abahakana barakoresha ubutunzi bwabo kugira ngo babuze (abantu) inzira ya Allah. Bazo (bakomeza) gukoresha ubwo butunzi, hanyuma na bo nyene bazovyicuza, amaherezo bazotsindwa. Mu muriro udahera ni ho abahakanyi bazokoranirizwa, .