91
Q.S Ku-Tawba (9:91)
لَيْسَ عَلَى الضُّعَفَاۤءِ وَلَا عَلَى الْمَرْضٰى وَلَا عَلَى الَّذِيْنَ لَا يَجِدُوْنَ مَا يُنْفِقُوْنَ حَرَجٌ اِذَا نَصَحُوْا لِلّٰهِ وَرَسُوْلِهٖۗ مَا عَلَى الْمُحْسِنِيْنَ مِنْ سَبِيْلٍ ۗوَاللّٰهُ غَفُوْرٌ رَّحِيْمٌۙ
laisa ‘alaḍ-ḍu‘afā'i wa lā ‘alal-marḍā wa lā ‘alal-lażīna lā yajidūna mā yunfiqūna ḥarajun iżā naṣaḥū lillāhi wa rasūlih(ī), mā ‘alal-muḥsinīna min sabīl(in), wallāhu gafūrur raḥīm(un).
Nta caha (co kutaja mu ntambara) ku bagoyagoya, abarwaye n’abataronka ivyo bazokoresha, iyo bafise umutima ukunze kuri Allah n’Intumwa yiwe. Nta mvo n’imwe yo gutera iteka abantu bakora ivyiza. Kandi Allah ni Umubabazi, Nyenimbabazi,