9
Q.S Azi-Zumari (39:9)
اَمَّنْ هُوَ قَانِتٌ اٰنَاۤءَ الَّيْلِ سَاجِدًا وَّقَاۤىِٕمًا يَّحْذَرُ الْاٰخِرَةَ وَيَرْجُوْا رَحْمَةَ رَبِّهٖۗ قُلْ هَلْ يَسْتَوِى الَّذِيْنَ يَعْلَمُوْنَ وَالَّذِيْنَ لَا يَعْلَمُوْنَ ۗ اِنَّمَا يَتَذَكَّرُ اُولُوا الْاَلْبَابِ ࣖ
amman huwa qānitun ānā'al-laili sājidaw wa qā'imay yaḥżarul-ākhirata wa yarjū raḥmata rabbih(ī), qul hal yastawil-lażīna ya‘lamūna wal-lażīna lā ya‘lamūn(a), innamā yatażakkaru ulul-albāb(i).
(Woba uri umushiriki w’amahirwe kuruta) canke uwusenga mw’ijoro mu gupfukama no mu guhagarara, kubera atinya (igihano c’) ubuzima bw’inyuma y’urupfu kandi yizigiye imbabazi z’Umukama wiwe? Muvuge muti: Mbega abazi n’abatazi ni co kimwe? Mu vy’ukuri, abantu bafise ubwenge ni bo bonyene bashobora kwemera ivyigwa.