Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Al-Qur'an Mukjizat Al-Qur'an Isyarat sejarah dalam Al Qur'an Masa kepongahan bangsa yahudi di muka bumi

Verse Search Results :
Total Verses : 3
4
Q.S Isirayeli (17:4)

وَقَضَيْنَآ اِلٰى بَنِيْٓ اِسْرَاۤءِيْلَ فِى الْكِتٰبِ لَتُفْسِدُنَّ فِى الْاَرْضِ مَرَّتَيْنِ وَلَتَعْلُنَّ عُلُوًّا كَبِيْرًا

wa qaḍainā ilā banī isrā'īla fil-kitābi latufsidunna fil-arḍi marrataini wa lata‘lunna ‘uluwwan kabīrā(n).

Kandi twategetse bene Isirayeli mu gitabu tuti: «Nta gukeka ko muzokora ikibi kw’isi incuro zibiri kandi nta gukeka ko muzokwirata n’ubwibone bwinshi.»


5
Q.S Isirayeli (17:5)

فَاِذَا جَاۤءَ وَعْدُ اُوْلٰىهُمَا بَعَثْنَا عَلَيْكُمْ عِبَادًا لَّنَآ اُولِيْ بَأْسٍ شَدِيْدٍ فَجَاسُوْا خِلٰلَ الدِّيَارِۗ وَكَانَ وَعْدًا مَّفْعُوْلًا

fa iżā jā'a wa‘du ūlāhumā ba‘aṡnā ‘alaikum ‘ibādal lanā ulī ba'sin syadīdin fa jāsū khilālad-diyār(i), wa kāna wa‘dam maf‘ūlā(n).

Igihe rero c’igihano c’ica mbere muri ivyo bibiri (ivyaha) kigeze, twabazaniye abasuku bacu b’inkomezi, hanyuma barahunga cane mu mihana. Kandi iyo ni ingingo izoshirwa mu ngiro ata kabuza.


6
Q.S Isirayeli (17:6)

ثُمَّ رَدَدْنَا لَكُمُ الْكَرَّةَ عَلَيْهِمْ وَاَمْدَدْنٰكُمْ بِاَمْوَالٍ وَّبَنِيْنَ وَجَعَلْنٰكُمْ اَكْثَرَ نَفِيْرًا

Ṡumma radadnā lakumul-karrata ‘alaihim wa amdadnākum bi'amwāliw wa banīna wa ja‘alnākum akṡara nafīrā(n).

Hanyuma tubaha urugendo rwo kubatsinda, tubafasha mu butunzi n’abana maze tubagira umugwi munini.