Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Al-Qur'an Mukjizat Al-Qur'an Mukjizat ilmu pengetahuan Ilmu janin menurut Al-Qur'an Masa kandungan

Verse Search Results :
Total Verses : 1
15
Q.S Ahqafu (46:15)

وَوَصَّيْنَا الْاِنْسَانَ بِوَالِدَيْهِ اِحْسَانًا ۗحَمَلَتْهُ اُمُّهٗ كُرْهًا وَّوَضَعَتْهُ كُرْهًا ۗوَحَمْلُهٗ وَفِصٰلُهٗ ثَلٰثُوْنَ شَهْرًا ۗحَتّٰىٓ اِذَا بَلَغَ اَشُدَّهٗ وَبَلَغَ اَرْبَعِيْنَ سَنَةًۙ قَالَ رَبِّ اَوْزِعْنِيْٓ اَنْ اَشْكُرَ نِعْمَتَكَ الَّتِيْٓ اَنْعَمْتَ عَلَيَّ وَعَلٰى وَالِدَيَّ وَاَنْ اَعْمَلَ صَالِحًا تَرْضٰىهُ وَاَصْلِحْ لِيْ فِيْ ذُرِّيَّتِيْۗ اِنِّيْ تُبْتُ اِلَيْكَ وَاِنِّيْ مِنَ الْمُسْلِمِيْنَ

wa waṣṣainal-insāna biwālidaihi iḥsānā(n), ḥamalathu ummuhū kurhaw wa waḍa‘athu kurhā(n), wa ḥamluhū wa fiṣāluhū ṡalāṡūna syahrā(n), ḥattā iżā balaga asyuddahū wa balaga arba‘īna sanah(tan), qāla rabbi auzi‘nī an asykura ni‘matakal-latī an‘amta ‘alayya wa ‘alā wālidayya wa an a‘mala ṣāliḥan tarḍāhu wa aṣliḥ lī fī żurriyyatī, innī tubtu ilaika wa innī minal-muslimīn(a).

Kandi twategetse abantu kugirira neza abavyeyi babo. Nyina yari yamusamye bimugoye, aramuvyara bimugoye (na we nyene). Igihe co gutwara inda gushika cutse ni amezi mirongo itatu, ku buryo iyo (umwana) akuze ashitse imyaka mirongo ine asenga ati: «Ewe Mwami wanje, mpa ubuyobozi kugira ngo nshobore gukenguruka imihezagiro yawe wampaye jewe n’abavyeyi banje kandi kugira ngo nshobore gukora ibikorwa vyiza vyawe n’ivyiza vyawe bimpaye abana banje; abuzukuru, nkako ndakwihana kandi vy’ukuri ndi umwe mu basilamu.»