وَمَآ اَرْسَلْنَا مِنْ قَبْلِكَ اِلَّا رِجَالًا نُّوْحِيْٓ اِلَيْهِمْ فَسْـَٔلُوْٓا اَهْلَ الذِّكْرِ اِنْ كُنْتُمْ لَا تَعْلَمُوْنَۙ
wa mā arsalnā min qablika illā rijālan nūḥī ilaihim fas'alū ahlaż-żikri in kuntum lā ta‘lamūn(a).
Kandi ntitwatumye imbere yawe (Muhamadi), ahubwo abantu twahaye amahishurirwa; Baza rero umuntu afise ubumenyi nimba utazi,
قَالَ فَاِنِ اتَّبَعْتَنِيْ فَلَا تَسْـَٔلْنِيْ عَنْ شَيْءٍ حَتّٰٓى اُحْدِثَ لَكَ مِنْهُ ذِكْرًا ࣖ
qāla fa inittaba‘tanī falā tas'alnī ‘an syai'in ḥattā uḥdiṡa laka minhu żikrā(n).
Aravuga ati: «Niwaba unkurikiye, ntubaze ikintu na kimwe, gushika ndagusobanuriye.
قَالَ اَلَمْ اَقُلْ اِنَّكَ لَنْ تَسْتَطِيْعَ مَعِيَ صَبْرًا
qāla alam aqul innaka lan tastaṭī‘a ma‘iya ṣabrā(n).
Aravuga ati: «Sinakubwiye ko vy’ukuri utazoshobora kunyihanganira?»
قَالَ لَا تُؤَاخِذْنِيْ بِمَا نَسِيْتُ وَلَا تُرْهِقْنِيْ مِنْ اَمْرِيْ عُسْرًا
qāla lā tu'ākhiżnī bimā nasītu wa lā turhiqnī min amrī ‘usrā(n).
We (Musa) ati: «Ntumpane kubera ukwibagirwa kwanje kandi ntundemeze ingorane iyo ari yo yose mu bikorwa vyanje».
۞ قَالَ اَلَمْ اَقُلْ لَّكَ اِنَّكَ لَنْ تَسْتَطِيْعَ مَعِيَ صَبْرًا
qāla alam aqul laka innaka lan tastaṭī‘a ma‘iya ṣabrā(n).
Aravuga ati: «Sinababwiye ko mutazoshobora kunyihanganira?»
قَالَ اِنْ سَاَلْتُكَ عَنْ شَيْءٍۢ بَعْدَهَا فَلَا تُصٰحِبْنِيْۚ قَدْ بَلَغْتَ مِنْ لَّدُنِّيْ عُذْرًا
qāla in sa'altuka ‘an syai'im ba‘dahā falā tuṣāḥibnī, qad balagta mil ladunnī ‘użrā(n).
We (Musa) ati: "Nimba hari ico nkubajije inyuma y'ibi, rero ntunyemerere ko ngusubira kuguherekeza, mu vy'ukuri wararonse (ukwihangana) bihagije kugira ngo wemere ivyiyumviro vyanje."
قَالَ هٰذَا فِرَاقُ بَيْنِيْ وَبَيْنِكَۚ سَاُنَبِّئُكَ بِتَأْوِيْلِ مَا لَمْ تَسْتَطِعْ عَّلَيْهِ صَبْرًا
qāla hāżā firāqu bainī wa bainik(a), sa'unabbi'uka bita'wīli mā lam tastaṭī‘ ‘alaihi ṣabrā(n).
Aravuga ati: «Ukwo ni kwo gutandukanya jewe namwe, nzobasigurira igikorwa mwananiwe kwihanganira.