3
Q.S Al-Mu'minun (23:3)
وَالَّذِيْنَ هُمْ عَنِ اللَّغْوِ مُعْرِضُوْنَ ۙ
wal-lażīna hum anil-lagwi muriḍūn(a).
n’abirinda ubusa (ibikorwa n’amajambo), .
6
Q.S Lukimani (31:6)
وَمِنَ النَّاسِ مَنْ يَّشْتَرِيْ لَهْوَ الْحَدِيْثِ لِيُضِلَّ عَنْ سَبِيْلِ اللّٰهِ بِغَيْرِ عِلْمٍۖ وَّيَتَّخِذَهَا هُزُوًاۗ اُولٰۤىِٕكَ لَهُمْ عَذَابٌ مُّهِيْنٌ
wa minan-nāsi may yasytarī lahwal-ḥadīṡi liyuḍilla ‘an sabīlillāhi bigairi ‘ilmiw wa yattakhiżahā huzuwā(n), ulā'ika lahum ‘ażābum muhīn(un).
Kandi mu bantu (hariho) abakoresha ibiyago vy’ubusa kugira ngo bazimize (abantu) mu nzira ya Allah ata bumenyi bafise, bakayitwenga. Bazoshikirwa n’igihano giteye isoni.
11
Q.S Al-Gashiya (88:11)
لَّا تَسْمَعُ فِيْهَا لَاغِيَةً ۗ
lā tasama‘u fīhā lāgiyah(tan).
aho (nta majambo) ata co wumva.