اِذَآ اُلْقُوْا فِيْهَا سَمِعُوْا لَهَا شَهِيْقًا وَّهِيَ تَفُوْرُۙ
iżā ulqū fīhā sami‘ū lahā syahīqaw wa hiya tafūr(u).
Igihe bari baterewemwo bumva amajwi ateye ubwoba y’umuriro w’iteka, mu gihe wariko urasha, .
تَكَادُ تَمَيَّزُ مِنَ الْغَيْظِۗ كُلَّمَآ اُلْقِيَ فِيْهَا فَوْجٌ سَاَلَهُمْ خَزَنَتُهَآ اَلَمْ يَأْتِكُمْ نَذِيْرٌۙ
takādu tamayyazu minal-gaiẓ(i), kullamā ulqiya fīhā faujun sa'alahum khazanatuhā alam ya'tikum nażīr(un).
hafi guturika n’ishavu. Igihe cose umugwi (w’abahakanyi) uterewemwo, abarinzi (b’umuriro udahera) barababaza bati: «Mbega nta n’umwe yigeze aza kubaburira (mw’isi)?»
نَارُ اللّٰهِ الْمُوْقَدَةُۙ
nārullāhil-mūqadah(tu).
(Ni ukuvuga) umuriro (igihano) ca Allah ucana,
الَّتِيْ تَطَّلِعُ عَلَى الْاَفْـِٕدَةِۗ
allatī taṭṭali‘u ‘alal-af'idah(ti).
ivyo (bisha) ku mutima.
اِنَّهَا عَلَيْهِمْ مُّؤْصَدَةٌۙ
innahā ‘alaihim mu'ṣadah(tun).
Nkako, umuriro urafunze cane hejuru (bo ubwabo), .
فِيْ عَمَدٍ مُّمَدَّدَةٍ ࣖ
fī ‘amadim mumaddadah(tin).
(igihe bari) baboshe ku nkingi ndende.