Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - 6 Rukun Iman Allah (rukun iman no.1) Nama dan Sifat Allah Al-Ghafur

Verse Search Results :
Total Verses : 5
173
Q.S Al-Bakara (2:173)

اِنَّمَا حَرَّمَ عَلَيْكُمُ الْمَيْتَةَ وَالدَّمَ وَلَحْمَ الْخِنْزِيْرِ وَمَآ اُهِلَّ بِهٖ لِغَيْرِ اللّٰهِ ۚ فَمَنِ اضْطُرَّ غَيْرَ بَاغٍ وَّلَا عَادٍ فَلَآ اِثْمَ عَلَيْهِ ۗ اِنَّ اللّٰهَ غَفُوْرٌ رَّحِيْمٌ

innamā ḥarrama ‘alaikumul-maitata wad-dama wa laḥmal-khinzīri wa mā uhilla bihī ligairillāh(i), fa maniḍṭurra gaira bāgiw wa lā ‘ādin falā iṡma ‘alaih(i), innallāha gafūrur raḥīm(un).

Nkako, yababujije gusa imivyimba, amaraso, ingurube n’(inyama) z’ibikoko vyakerewe n’abandi atari Allah. Ariko uwugoberewe (kubirya), atari kubera abishaka kandi atari (na we) birenze urugero, rero nta caha afise. Nkako, Allah ni Umubabazi, ni Umunyakigongwe.


110
Q.S Nisa (4:110)

وَمَنْ يَّعْمَلْ سُوْۤءًا اَوْ يَظْلِمْ نَفْسَهٗ ثُمَّ يَسْتَغْفِرِ اللّٰهَ يَجِدِ اللّٰهَ غَفُوْرًا رَّحِيْمًا

wa may ya‘mal sū'an au yaẓlim nafsahū ṡumma yastagfirillāha yajidillāha gafūrar raḥīmā(n).

Kandi uwuzokora icaha, akigirira nabi, agasaba imbabazi kuri Allah, azosanga ata kabuza Allah ari we Mubabarira, ni we Munyambabazi.


53
Q.S Azi-Zumari (39:53)

۞ قُلْ يٰعِبَادِيَ الَّذِيْنَ اَسْرَفُوْا عَلٰٓى اَنْفُسِهِمْ لَا تَقْنَطُوْا مِنْ رَّحْمَةِ اللّٰهِ ۗاِنَّ اللّٰهَ يَغْفِرُ الذُّنُوْبَ جَمِيْعًا ۗاِنَّهٗ هُوَ الْغَفُوْرُ الرَّحِيْمُ

qul yā ‘ibādiyal-lażīna asrafū ‘alā anfusihim lā taqnaṭū mir raḥmatillāh(i), innallāha yagfiruż-żunūba jamī‘ā(n), innahū huwal-gafūrur-raḥīm(u).

Muvuge muti: "Ewe basavyi banje barenga urugero rwabo! Ntimwihebure kubera imbabazi za Allah. Nkako, Allah arababarira ivyaha vy'umuntu wese. Nkako, ni we Mubabarira, ni Umunyakigongwe."


5
Q.S Ivu Shura (42:5)

تَكَادُ السَّمٰوٰتُ يَتَفَطَّرْنَ مِنْ فَوْقِهِنَّ وَالْمَلٰۤىِٕكَةُ يُسَبِّحُوْنَ بِحَمْدِ رَبِّهِمْ وَيَسْتَغْفِرُوْنَ لِمَنْ فِى الْاَرْضِۗ اَلَآ اِنَّ اللّٰهَ هُوَ الْغَفُوْرُ الرَّحِيْمُ

takādus-samāwātu yatafaṭṭarna min fauqihinna wal-malā'ikatu yusabbiḥūna biḥamdi rabbihim wa yastagfirūna liman fil-arḍ(i), alā innallāha huwal-gafūrur-raḥīm(u).

Hafi ijuru ryaramenetse rivuye hejuru (kubera ubukuru bwa Allah) abamarayika baraninahaza amashimwe yabo ku Mukama wabo, basaba imbabazi abantu bo kw’isi. Nimwibuke, vy’ukuri Allah ni we Mubabarira, ni we Munyambabazi.


2
Q.S Al-Muliki (67:2)

ۨالَّذِيْ خَلَقَ الْمَوْتَ وَالْحَيٰوةَ لِيَبْلُوَكُمْ اَيُّكُمْ اَحْسَنُ عَمَلًاۗ وَهُوَ الْعَزِيْزُ الْغَفُوْرُۙ

allażī khalaqal-mauta wal-ḥayāta liyabluwakum ayyukum aḥsanu ‘amalā(n), wa huwal-‘azīzul-gafūr(u).

Ni we yaremye urupfu n’ubuzima, kugira ngo abagerageze, ni nde muri mwebwe aruta abandi mu bikorwa. Kandi ni Mushoboravyose, Mubabarira cane.