15
Q.S Al-Mu'minun (23:15)
ثُمَّ اِنَّكُمْ بَعْدَ ذٰلِكَ لَمَيِّتُوْنَ ۗ
Ṡumma innakum ba‘da żālika lamayyitūn(a).
Maze inyuma y’ivyo, uzopfa ata kabuza.
30
Q.S Azi-Zumari (39:30)
اِنَّكَ مَيِّتٌ وَّاِنَّهُمْ مَّيِّتُوْنَ ۖ
innaka mayyituw wa innahum mayyitūn(a).
Nkako, wewe (Muhamadi) uzopfa na bo bazopfa (na bo nyene).
31
Q.S Azi-Zumari (39:31)
ثُمَّ اِنَّكُمْ يَوْمَ الْقِيٰمَةِ عِنْدَ رَبِّكُمْ تَخْتَصِمُوْنَ ࣖ ۔
Ṡumma innakum yaumal-qiyāmati ‘inda rabbikum takhtaṣimūn(a).
Maze koko, ku musi w’Izuka, muzoharira imbere y’Umukama wanyu.