وَلَىِٕنْ سَاَلْتَهُمْ لَيَقُوْلُنَّ اِنَّمَا كُنَّا نَخُوْضُ وَنَلْعَبُۗ قُلْ اَبِاللّٰهِ وَاٰيٰتِهٖ وَرَسُوْلِهٖ كُنْتُمْ تَسْتَهْزِءُوْنَ
wa la'in sa'altahum layaqūlunna innamā kunnā nakhūḍū wa nal‘ab(u), qul abillāhi wa āyātihī wa rasūlihī kuntum tastahzi'ūn(a).
Kandi niwababaza, bazokwishura ata kabuza bati: "Mu vy'ukuri, twariko turatwenga gusa kandi turiko turakina." Muvuge muti: «Ni kuki mwama mutwenga Allah, n’imirongo yiwe n’Intumwa yiwe?»
لَا تَعْتَذِرُوْا قَدْ كَفَرْتُمْ بَعْدَ اِيْمَانِكُمْ ۗ اِنْ نَّعْفُ عَنْ طَاۤىِٕفَةٍ مِّنْكُمْ نُعَذِّبْ طَاۤىِٕفَةً ۢ بِاَنَّهُمْ كَانُوْا مُجْرِمِيْنَ ࣖ
lā ta‘tażirū qad kafartum ba‘da īmānikum, in na‘fu ‘an ṭā'ifatim minkum nu‘ażżib ṭā'ifatam bi'annahum kānū mujrimīn(a).
Ntukeneye gusaba imbabazi, kuko warahakanye umaze kwizera. Nitwababarira bamwe muri mwebwe (kuko bihanye), nta gukeka ko tuzohana (iyindi) migwi kuko vy’ukuri ni abantu (bama) bacumura.