وَاِنْ كَادُوْا لَيَفْتِنُوْنَكَ عَنِ الَّذِيْٓ اَوْحَيْنَآ اِلَيْكَ لِتَفْتَرِيَ عَلَيْنَا غَيْرَهٗۖ وَاِذًا لَّاتَّخَذُوْكَ خَلِيْلًا
wa in kādū layaftinūnaka ‘anil-lażī auḥainā ilaika litaftariya ‘alainā gairah(ū), wa iżal lattakhażūka khalīlā(n).
Kandi hafi y’aho bagukuye (Muhamadi) ku vyo twaguhishuriye, kugira ngo uhingure ikindi kintu co kudutera; kandi nimba ari ukwo biri, nta gukeka ko bazoguhindura umugenzi w’intahemuka.
وَلَوْلَآ اَنْ ثَبَّتْنٰكَ لَقَدْ كِدْتَّ تَرْكَنُ اِلَيْهِمْ شَيْـًٔا قَلِيْلًا ۙ
wa lau lā an ṡabbatnāka laqad kitta tarkanu ilaihim syai'an qalīlā(n).
Kandi iyo tutakomeza (umutima wawe), wari hafi kwiheka kuri bo.
اِذًا لَّاَذَقْنٰكَ ضِعْفَ الْحَيٰوةِ وَضِعْفَ الْمَمَاتِ ثُمَّ لَا تَجِدُ لَكَ عَلَيْنَا نَصِيْرًا
iżal-la'ażaqnāka ḍi‘fal-ḥayāti wa ḍi‘fal-mamāti ṡumma lā tajidu laka ‘alainā naṣīrā(n).
Niba ari uko biri, nta gukeka ko tuzoguha (umubabaro) incuro zibiri muri iyi si, n’incuro zibiri inyuma y’urupfu, kandi wewe (Muhamadi) ntuzogira umufasha n’umwe wo kudurwanya.