77
Q.S Al-Mayida (5:77)
قُلْ يٰٓاَهْلَ الْكِتٰبِ لَا تَغْلُوْا فِيْ دِيْنِكُمْ غَيْرَ الْحَقِّ وَلَا تَتَّبِعُوْٓا اَهْوَاۤءَ قَوْمٍ قَدْ ضَلُّوْا مِنْ قَبْلُ وَاَضَلُّوْا كَثِيْرًا وَّضَلُّوْا عَنْ سَوَاۤءِ السَّبِيْلِ ࣖ
qul yā ahlal-kitābi lā taglū fī dīnikum gairal-ḥaqqi wa lā tattabi‘ū ahwā'a qaumin qad ḍallū min qablu wa aḍallū kaṡīraw wa ḍallū ‘an sawā'is-sabīl(i).
Vuga (Muhamadi) uti: "Ewe bantu b'igitabu! Ntimurengere mu buryo butari ubw'ukuri mw'idini ryanyu. Kandi ntimukurikire ivyipfuzo vy'abazimiye mu bihe vya kera, kandi (bazimiye) benshi (abantu), na bo ubwabo barazimiye bava mu nzira igororotse."