اَيْنَ مَا تَكُوْنُوْا يُدْرِكْكُّمُ الْمَوْتُ وَلَوْ كُنْتُمْ فِيْ بُرُوْجٍ مُّشَيَّدَةٍ ۗ وَاِنْ تُصِبْهُمْ حَسَنَةٌ يَّقُوْلُوْا هٰذِهٖ مِنْ عِنْدِ اللّٰهِ ۚ وَاِنْ تُصِبْهُمْ سَيِّئَةٌ يَّقُوْلُوْا هٰذِهٖ مِنْ عِنْدِكَ ۗ قُلْ كُلٌّ مِّنْ عِنْدِ اللّٰهِ ۗ فَمَالِ هٰٓؤُلَاۤءِ الْقَوْمِ لَا يَكَادُوْنَ يَفْقَهُوْنَ حَدِيْثًا
aina mā takūnū yudrikkumul-mautu wa lau kuntum fī burūjim musyayyadah(tin), wa in tuṣibhum ḥasanatuy yaqūlū hāżihī min ‘indillāh(i), wa in tuṣibhum sayyi'atuy yaqūlū hāżihī min ‘indik(a), qul kullum min ‘indillāh(i), famā lihā'ulā'il-qaumi lā yakādūna yafqahūna ḥadīṡā(n).
Aho uzoba uri hose urupfu ruzogufata, naho woba uri mu gihome kirekire kandi gikomeye. Iyo baronse ivyiza, bavuga bati: «Ivyo biva kuri Allah», iyo habaye ikintu kibi, bavuga bati: «Ivyo biva kuri wewe (Muham-mad)». Muvuge muti: «Ivyo vyose (biva) kuri Allah.» None ni kuki abo bantu (indyarya) badatahura neza ikiyago (na gatoyi)?”
فَاِذَا جَاۤءَتْهُمُ الْحَسَنَةُ قَالُوْا لَنَا هٰذِهٖ ۚوَاِنْ تُصِبْهُمْ سَيِّئَةٌ يَّطَّيَّرُوْا بِمُوْسٰى وَمَنْ مَّعَهٗۗ اَلَآ اِنَّمَا طٰۤىِٕرُهُمْ عِنْدَ اللّٰهِ وَلٰكِنَّ اَكْثَرَهُمْ لَا يَعْلَمُوْنَ
fa iżā jā'athumul-ḥasanatu qālū lanā hāżihī, wa in tuṣibhum sayyi'atuy yaṭṭayyarū bimūsā wa mam ma‘ah(ū), alā innamā ṭā'iruhum ‘indallāhi wa lākinna aksṡarahum lā ya‘lamūn(a).
Maze iyo ivyiza (uguterimbere) bibashikiye, bakavuga bati: «Ivyo ni kubera (utwigoro) twacu». Kandi iyo bari mu ngorane, iyo ngorane bayishira kuri Musa n’abayoboke biwe. Mumenye ko iherezo ryabo riri mu maboko ya Allah, ariko benshi muri bo ntibabizi.
قَالُوا اطَّيَّرْنَا بِكَ وَبِمَنْ مَّعَكَۗ قَالَ طٰۤىِٕرُكُمْ عِنْدَ اللّٰهِ بَلْ اَنْتُمْ قَوْمٌ تُفْتَنُوْنَ
qāluṭ ṭayyarnā bika wa bimam ma‘ak(a), qāla ṭā'irukum ‘indallāhi bal antum qaumun tuftanūn(a).
Bamwishura bati: «Twarashikiwe n'ivyago kubera wewe n'abantu bari kumwe nawe.» We (Saleh) ati: «Iherezo ryanyu riri kuri Allah (si twebwe turi inkomoko), ariko muri abantu bariko barageragezwa».
قَالُوْٓا اِنَّا تَطَيَّرْنَا بِكُمْۚ لَىِٕنْ لَّمْ تَنْتَهُوْا لَنَرْجُمَنَّكُمْ وَلَيَمَسَّنَّكُمْ مِّنَّا عَذَابٌ اَلِيْمٌ
qālū innā taṭayyarnā bikum, la'il lam tantahū lanarjumannakum wa layamassannakum minnā ‘ażābun alīm(un).
Bamwishura bati: "Ni ukuri, twashikiwe n'amagorwa kubera wewe. Nkako, niwaba utahagarika (kuduhamagara), tuzogutera amabuye ata kabuza, kandi uzokwiyumva umubabaro ubabaje uva kuri twebwe."