وَلَا تَدْعُ مَعَ اللّٰهِ اِلٰهًا اٰخَرَۘ لَآ اِلٰهَ اِلَّا هُوَۗ كُلُّ شَيْءٍ هَالِكٌ اِلَّا وَجْهَهٗ ۗ لَهُ الْحُكْمُ وَاِلَيْهِ تُرْجَعُوْنَ ࣖ
wa lā tad‘u ma‘allāhi ilāhan ākhar(a), lā ilāha illā huw(a), kullu syai'in hālikun illā wajhah(ū), lahul-ḥukmu wa ilaihi turja‘ūn(a).
Kandi ntimusenge izindi mana zitari Allah. Nta yindi mana (ifise uburenganzira bwo gusengwa) kiretse yo. Ivyo vyose bitegerezwa guhona, kiretse Allah. Ingingo zose ni ububasha bwiwe, kandi niwe gusa uzogaruka.
اِنَّكَ مَيِّتٌ وَّاِنَّهُمْ مَّيِّتُوْنَ ۖ
innaka mayyituw wa innahum mayyitūn(a).
Nkako, wewe (Muhamadi) uzopfa na bo bazopfa (na bo nyene).
كُلُّ مَنْ عَلَيْهَا فَانٍۖ
kullu man ‘alaihā fān(in).
Ibiri kw’isi vyose bizoshira;
وَّيَبْقٰى وَجْهُ رَبِّكَ ذُو الْجَلٰلِ وَالْاِكْرَامِۚ
wa yabqā wajhu rabbika żul-jalāli wal-ikrām(i).
ariko mu maso h’Umukama wawe afise ubukuru n’ubuninahazwa hagumaho imyaka yose.