Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - 6 Rukun Iman Hari Kiamat (rukun iman no.5) Tanda Kiamat diangkatnya ilmu dan merebaknya kebodohan

Verse Search Results :
Total Verses : 4
100
Q.S Al-Mayida (5:100)

قُلْ لَّا يَسْتَوِى الْخَبِيْثُ وَالطَّيِّبُ وَلَوْ اَعْجَبَكَ كَثْرَةُ الْخَبِيْثِۚ فَاتَّقُوا اللّٰهَ يٰٓاُولِى الْاَلْبَابِ لَعَلَّكُمْ تُفْلِحُوْنَ ࣖ

qul lā yastawil-khabīṡu waṭ-ṭayyibu wa lau a‘jabaka kaṡratul-khabīṡ(i), fattaqullāha yā ulil-albābi la‘allakum tufliḥūn(a).

Vuga (Muhamadi) uti: «Ikibi si co kimwe n’iciza, naho ubwinshi bw’ikibi bukwegera umutima wawe, rero mutinye Allah, yemwe bantu b’ubwenge, kugira ngo muroranirwe».


43
Q.S Al-'Ankabuti (29:43)

وَتِلْكَ الْاَمْثَالُ نَضْرِبُهَا لِلنَّاسِۚ وَمَا يَعْقِلُهَآ اِلَّا الْعٰلِمُوْنَ

wa tilkal-amṡālu naḍribuhā lin-nās(i), wa mā ya‘qiluhā illal-‘ālimūn(a).

Kandi iyo migani twayikoreye abantu; kandi nta n’umwe azobitahura atari abafise ubwenge.


9
Q.S Azi-Zumari (39:9)

اَمَّنْ هُوَ قَانِتٌ اٰنَاۤءَ الَّيْلِ سَاجِدًا وَّقَاۤىِٕمًا يَّحْذَرُ الْاٰخِرَةَ وَيَرْجُوْا رَحْمَةَ رَبِّهٖۗ قُلْ هَلْ يَسْتَوِى الَّذِيْنَ يَعْلَمُوْنَ وَالَّذِيْنَ لَا يَعْلَمُوْنَ ۗ اِنَّمَا يَتَذَكَّرُ اُولُوا الْاَلْبَابِ ࣖ

amman huwa qānitun ānā'al-laili sājidaw wa qā'imay yaḥżarul-ākhirata wa yarjū raḥmata rabbih(ī), qul hal yastawil-lażīna ya‘lamūna wal-lażīna lā ya‘lamūn(a), innamā yatażakkaru ulul-albāb(i).

(Woba uri umushiriki w’amahirwe kuruta) canke uwusenga mw’ijoro mu gupfukama no mu guhagarara, kubera atinya (igihano c’) ubuzima bw’inyuma y’urupfu kandi yizigiye imbabazi z’Umukama wiwe? Muvuge muti: Mbega abazi n’abatazi ni co kimwe? Mu vy’ukuri, abantu bafise ubwenge ni bo bonyene bashobora kwemera ivyigwa.


11
Q.S Al-Mujadilah (58:11)

يٰٓاَيُّهَا الَّذِيْنَ اٰمَنُوْٓا اِذَا قِيْلَ لَكُمْ تَفَسَّحُوْا فِى الْمَجٰلِسِ فَافْسَحُوْا يَفْسَحِ اللّٰهُ لَكُمْۚ وَاِذَا قِيْلَ انْشُزُوْا فَانْشُزُوْا يَرْفَعِ اللّٰهُ الَّذِيْنَ اٰمَنُوْا مِنْكُمْۙ وَالَّذِيْنَ اُوْتُوا الْعِلْمَ دَرَجٰتٍۗ وَاللّٰهُ بِمَا تَعْمَلُوْنَ خَبِيْرٌ

yā ayyuhal-lażīna āmanū iżā qīla lakum tafassaḥū fil-majālisi fafsaḥū yafsaḥillāhu lakum, wa iżā qīlansyuzū fansyuzū yarfa‘illāhul-lażīna āmanū minkum, wal-lażīna ūtul-‘ilma darajāt(in), wallāhu bimā ta‘malūna khabīr(un).

Ewe mwebwe abemera! Nibabwirwa ngo: «Muhe umwanya mu makoraniro», rero muhe umwanya, nta gukeka ko Allah azobaha umwanya. Kandi iyo bavuze ngo: «Haguruke», rero muhaguruke, nta gukeka ko Allah azoduza (urugero rw’) abemera muri mwebwe n’abahawe ubumenyi ku rugero rukeyi. Kandi Allah arazi ivyo mukora.