Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - 6 Rukun Iman Takdir (rukun iman no.5) Keimanan kepada takdir Allah mengambil kesaksian manusia dan Allah mengusap punggung Adam keluarlah ahli surga dan ahli neraka

Verse Search Results :
Total Verses : 5
46
Q.S Al-A'rafu (7:46)

وَبَيْنَهُمَا حِجَابٌۚ وَعَلَى الْاَعْرَافِ رِجَالٌ يَّعْرِفُوْنَ كُلًّا ۢ بِسِيْمٰىهُمْۚ وَنَادَوْا اَصْحٰبَ الْجَنَّةِ اَنْ سَلٰمٌ عَلَيْكُمْۗ لَمْ يَدْخُلُوْهَا وَهُمْ يَطْمَعُوْنَ

wa bainahumā ḥijāb(un), wa ‘alal-a‘rāfi rijāluy ya‘rifūna kullam bisīmāhum, wa nādau aṣḥābal-jannati an salāmun ‘alaikum, lam yadkhulūhā wa hum yaṭma‘ūn(a).

Kandi hagati y’abo babiri (ababa mw’ijuru n’umuriro) hariho igipfukisho kandi hejuru ya A’raf (ahantu ho hejuru) hari abantu bamenyana, umwe wese afise ibimenyetso vyiwe. Bahamagara abatuye mw’ijuru bati: «Salamun ‘alaikum» (amahoro abe kuri mwebwe). Ntibarashobora kwinjira, ariko bashaka (kwinjira) vuba.


47
Q.S Al-A'rafu (7:47)

۞ وَاِذَا صُرِفَتْ اَبْصَارُهُمْ تِلْقَاۤءَ اَصْحٰبِ النَّارِۙ قَالُوْا رَبَّنَا لَا تَجْعَلْنَا مَعَ الْقَوْمِ الظّٰلِمِيْنَ ࣖ

wa iżā ṣurifat abṣāruhum tilqā'a aṣḥābin-nāri qālū rabbanā lā taj‘alnā ma‘al-qaumiẓ-ẓālimīn(a).

Kandi iyo amaso yabo ahindukiriye abatuye muri Gehinomu, bazovuga bati: «Mukama wacu, ntudushire muri abo bacumuzi.»


172
Q.S Al-A'rafu (7:172)

وَاِذْ اَخَذَ رَبُّكَ مِنْۢ بَنِيْٓ اٰدَمَ مِنْ ظُهُوْرِهِمْ ذُرِّيَّتَهُمْ وَاَشْهَدَهُمْ عَلٰٓى اَنْفُسِهِمْۚ اَلَسْتُ بِرَبِّكُمْۗ قَالُوْا بَلٰىۛ شَهِدْنَا ۛاَنْ تَقُوْلُوْا يَوْمَ الْقِيٰمَةِ اِنَّا كُنَّا عَنْ هٰذَا غٰفِلِيْنَۙ

wa iż akhaża rabbuka mim banī ādama min ẓuhūrihim żurriyyatahum wa asyhadahum ‘alā anfusihim, alastu birabbikum, qālū balā - syahidnā - an taqūlū yaumal-qiyāmati innā kunnā ‘an hāżā gāfilīn(a).

Kandi (mwibuke) igihe Umukama wanyu yakura mu mutwe (umugongo) abakomotse kuri Adamu uruvyaro rwabo, Allah na we ashingira intahe impwemu zabo (ati: «Mbega si jewe Umukama wanyu?» Bamwishura bati: «Ego (Uri Umukama wacu), turabishingira intahe.» (Ivyo twabikoze) kugira ngo ku musi w’izuka ntimuvuge ngo: «Nta gukeka, ico gihe twari tutavyitaho».


173
Q.S Al-A'rafu (7:173)

اَوْ تَقُوْلُوْٓا اِنَّمَآ اَشْرَكَ اٰبَاۤؤُنَا مِنْ قَبْلُ وَكُنَّا ذُرِّيَّةً مِّنْۢ بَعْدِهِمْۚ اَفَتُهْلِكُنَا بِمَا فَعَلَ الْمُبْطِلُوْنَ

au taqūlū innamā asyraka ābā'unā min qablu wa kunnā żurriyyatam mim ba‘dihim, afatuhlikunā bimā fa‘alal-mubṭilūn(a).

Canke kugira ngo ntimuvuge muti: "Nta gukeka ko ba sogokuruza bacu bari bafatanije n'Imana kera, twebwe turi uruvyaro (rwaje) inyuma yabo. None uzodutikiza kubera ibikorwa vy'abo (ba kera) bazimiye?"


13
Q.S As-Sajda (32:13)

وَلَوْ شِئْنَا لَاٰتَيْنَا كُلَّ نَفْسٍ هُدٰىهَا وَلٰكِنْ حَقَّ الْقَوْلُ مِنِّيْ لَاَمْلَـَٔنَّ جَهَنَّمَ مِنَ الْجِنَّةِ وَالنَّاسِ اَجْمَعِيْنَ

wa lau syi'nā la'ātainā kulla nafsin hudāhā wa lākin ḥaqqal-qaulu minnī la'amla'anna jahannama minal-jinnati wan-nāsi ajma‘īn(a).

Kandi iyo tubishaka, twoba twahaye umutima wose uburongozi (kubera) wo, ariko ijambo (itegeko) ryategetswe rivuye kuri jewe, riti: «Nzokwuzuza umuriro udahera amajini n’abantu hamwe.»