وَذَرِ الَّذِيْنَ اتَّخَذُوْا دِيْنَهُمْ لَعِبًا وَّلَهْوًا وَّغَرَّتْهُمُ الْحَيٰوةُ الدُّنْيَا وَذَكِّرْ بِهٖٓ اَنْ تُبْسَلَ نَفْسٌۢ بِمَا كَسَبَتْۖ لَيْسَ لَهَا مِنْ دُوْنِ اللّٰهِ وَلِيٌّ وَّلَا شَفِيْعٌ ۚوَاِنْ تَعْدِلْ كُلَّ عَدْلٍ لَّا يُؤْخَذْ مِنْهَاۗ اُولٰۤىِٕكَ الَّذِيْنَ اُبْسِلُوْا بِمَا كَسَبُوْا لَهُمْ شَرَابٌ مِّنْ حَمِيْمٍ وَّعَذَابٌ اَلِيْمٌ ۢبِمَا كَانُوْا يَكْفُرُوْنَ ࣖ
wa żaril-lażīnattakhażū dīnahum la‘ibaw wa lahwaw wa garrathumul-ḥayātud-dun-yā wa żakkir bihī an tubsala nafsum bimā kasabat, laisa lahā min dūnillāhi waliyyuw wa lā syafī‘(un), wa in ta‘dil kulla ‘adlil lā yu'khaż minhā, ulā'ikal-lażīna ubsilū bimā kasabū lahum syarābum min ḥamīmiw wa ‘ażābun alīmum bimā kānū yakfurūn(a).
Mureke abagira idini ryabo urukino n’agatwengo, kandi bahendwa n’ubuzima bwo mw’isi. Mubaburire (mubaburire) na Korowani kugira ngo umwe wese ntagwe (mu muriro udahera), kubera ibikorwa vyiwe bwite. Nta n’umwe amukingira canke amufasha (imfashanyo) atari Allah. Kandi nimba ashaka gutanga incungu iyo ari yo yose, nta gukeka ko itazokwemerwa. Abo ni bo bantu binjijwe (mu muriro udahera), kubera ibikorwa vyabo bwite. Baronka ivyo kunywa mu mazi ashushe n’igihano kibabaje kubera ukutemera kwabo mbere.
وَقَالَ الرَّسُوْلُ يٰرَبِّ اِنَّ قَوْمِى اتَّخَذُوْا هٰذَا الْقُرْاٰنَ مَهْجُوْرًا
wa qālar-rasūlu yā rabbi inna qaumittakhażū hāżal-qur'āna mahjūrā(n).
Intumwa (Muhammad) ati: «Ewe Mwami wanje, vy’ukuri abantu banje barasuzuguye iyi Koran».
وَمَنْ يَّعْشُ عَنْ ذِكْرِ الرَّحْمٰنِ نُقَيِّضْ لَهٗ شَيْطٰنًا فَهُوَ لَهٗ قَرِيْنٌ
wa may ya‘syu ‘an żikrir-raḥmāni nuqayyiḍ lahū syaiṭānan fahuwa lahū qarīn(un).
Kandi uwuzova ku nyigisho za Allah, Munyakigongwe (Qur’an), turareka Shetani (akamuzimiza) akamubera umugenzi somambike.
وَاِنَّهُمْ لَيَصُدُّوْنَهُمْ عَنِ السَّبِيْلِ وَيَحْسَبُوْنَ اَنَّهُمْ مُّهْتَدُوْنَ
wa innahum layaṣuddūnahum ‘anis-sabīli wa yaḥsabūna annahum muhtadūn(a).
Kandi vy’ukuri, bo (abadayimoni) barababuza vy’ukuri inzira igororotse, mu gihe biyumvira ko bayobowe.