وَتَاللّٰهِ لَاَكِيْدَنَّ اَصْنَامَكُمْ بَعْدَ اَنْ تُوَلُّوْا مُدْبِرِيْنَ
wa tallāhi la'akīdanna aṣnāmakum ba‘da an tuwallū mudbirīn(a).
Kandi ndahishije Allah, nzokora ubuhendanyi ku bigirwamana vyanyu muhejeje kubiheba.
فَجَعَلَهُمْ جُذٰذًا اِلَّا كَبِيْرًا لَّهُمْ لَعَلَّهُمْ اِلَيْهِ يَرْجِعُوْنَ
fa ja‘alahum jużāżan illā kabīral lahum la‘allahum ilaihi yarji‘ūn(a).
Nuko (Ibrahimu) amenagura (ibigirwamana) mu bipande, kiretse ikinini (umuvyeyi waco); kugira ngo bamugarukire (kumusaba).
قَالُوْا سَمِعْنَا فَتًى يَّذْكُرُهُمْ يُقَالُ لَهٗٓ اِبْرٰهِيْمُ ۗ
qālū sami‘nā fatay yażkuruhum yuqālu lahū ibrāhīm(u).
Bati: «Twumvise ko hari umusore yariko aragaya (ivyo bigirwamana), yitwa Ibrahimu.»
فَرَاغَ عَلَيْهِمْ ضَرْبًا ۢبِالْيَمِيْنِ
farāga ‘alaihim ḍarbam bil-yamīn(i).
Hanyuma arabahangana (ibigirwamana) mu gihe yariko arabikubita n’ukuboko kwiwe kw’iburyo.