وَزَكَرِيَّا وَيَحْيٰى وَعِيْسٰى وَاِلْيَاسَۗ كُلٌّ مِّنَ الصّٰلِحِيْنَۙ
wa zakariyyā wa yaḥyā wa ‘īsā wa ilyās(a), kullum minaṣ-ṣāliḥīn(a).
na Zakariya, Yaya, Isa na Iliya. Bose ni abantu bubaha Imana, .
يٰزَكَرِيَّآ اِنَّا نُبَشِّرُكَ بِغُلٰمِ ِۨاسْمُهٗ يَحْيٰىۙ لَمْ نَجْعَلْ لَّهٗ مِنْ قَبْلُ سَمِيًّا
yā zakariyyā innā nubasysyiruka bigulāminismuhū yaḥyā, lam naj‘al lahū min qablu samiyyā(n).
(Allah ati: «Ewe Zakariya! Turakubwira inkuru nziza y’umuhungu yitwa Yahya, uwo tutari bwigere tumuha izina nk’iryo mbere.»
يٰيَحْيٰى خُذِ الْكِتٰبَ بِقُوَّةٍ ۗوَاٰتَيْنٰهُ الْحُكْمَ صَبِيًّاۙ
yā yaḥyā khużil-kitāba biquwwah(tin), wa ātaināhul-ḥukma ṣabiyyā(n).
Ewe Yahya! Fata (wige) Igitabo (Torah) nk'ikintu gihambaye. Kandi twamuhaye ubwenge (Yahya) akiri umwana, .
وَّحَنَانًا مِّنْ لَّدُنَّا وَزَكٰوةً ۗوَكَانَ تَقِيًّا ۙ
wa ḥanānam mil ladunnā wa zakāh(tan), wa kāna taqiyyā(n).
kandi (Dugira) impuhwe (ku bandi) zivuye kuri Twebwe kandi zisukure (ku caha). Kandi ni umuntu yubaha Imana;
وَّبَرًّاۢ بِوَالِدَيْهِ وَلَمْ يَكُنْ جَبَّارًا عَصِيًّا
wa barram biwālidaihi wa lam yakun jabbāran ‘aṣiyyā(n).
kandi yari yihebeye cane abavyeyi biwe, kandi ntiyari umuntu w’ubwibone (canke) umuntu w’umugarariji.
وَسَلٰمٌ عَلَيْهِ يَوْمَ وُلِدَ وَيَوْمَ يَمُوْتُ وَيَوْمَ يُبْعَثُ حَيًّا ࣖ
wa salāmun ‘alaihi yauma wulida wa yauma yamūtu wa yauma yub‘aṡu ḥayyā(n).
Kandi umugisha amubereye ku musi yavukiyeko, ku musi yapfiriyeko no ku musi yazuriyeho.