فَقَالَ اِنِّيْٓ اَحْبَبْتُ حُبَّ الْخَيْرِ عَنْ ذِكْرِ رَبِّيْۚ حَتّٰى تَوَارَتْ بِالْحِجَابِۗ
fa qāla innī aḥbabtu ḥubbal-khairi ‘an żikri rabbī, ḥattā tawārat bil-ḥijāb(i).
Araheza ati: «Nta gukeka, ndakunda ivyiza vyose (amafarasi), bituma nibuka (ubukuru bw’) Umukama wanje, gushika izuba rirengeye.»
رُدُّوْهَا عَلَيَّ ۚفَطَفِقَ مَسْحًا ۢبِالسُّوْقِ وَالْاَعْنَاقِ
ruddūhā ‘alayy(a), faṭafiqa masḥam bis-sūqi wal-a‘nāq(i).
«Munzanire amafarasi yose.» Hanyuma aca amaguru n’izosi ry’ayo mafarasi.
وَلَقَدْ فَتَنَّا سُلَيْمٰنَ وَاَلْقَيْنَا عَلٰى كُرْسِيِّهٖ جَسَدًا ثُمَّ اَنَابَ
wa laqad fatannā sulaimāna wa alqainā ‘alā kursiyyihī jasadan ṡumma anāb(a).
Kandi vy’ukuri, twagerageje Salomo, tumuryamisha ku ntebe yiwe nk’umubiri (uwugoyagoya kubera indwara), hanyuma arihana.