Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Bangsa-bangsa terdahulu Nabi-nabi Kisah-kisah para rasul Nabi Daud AS Keutamaan nabi Daud as.

Verse Search Results :
Total Verses : 13
79
Q.S Anbiya (21:79)

فَفَهَّمْنٰهَا سُلَيْمٰنَۚ وَكُلًّا اٰتَيْنَا حُكْمًا وَّعِلْمًاۖ وَّسَخَّرْنَا مَعَ دَاوٗدَ الْجِبَالَ يُسَبِّحْنَ وَالطَّيْرَۗ وَكُنَّا فٰعِلِيْنَ

fa fahhamnāhā sulaimān(a), wa kullan ātainā ḥukmaw wa ‘ilmā(n), wa sakhkharnā ma‘a dāwūdal-jibāla yusabbiḥna waṭ-ṭair(a), wa kunnā fā‘ilīn(a).

Kandi twahaye Sulaymani ugutahura (kw’itegeko ry’ukuri kuruta); kandi umwe wese twamuhaye ubwenge n’ubumenyi, dutsinda imisozi n’inyoni, vyose bininahazwa na Dawudi. Kandi ni twebwe tubikora.


15
Q.S Izina (27:15)

وَلَقَدْ اٰتَيْنَا دَاوٗدَ وَسُلَيْمٰنَ عِلْمًاۗ وَقَالَا الْحَمْدُ لِلّٰهِ الَّذِيْ فَضَّلَنَا عَلٰى كَثِيْرٍ مِّنْ عِبَادِهِ الْمُؤْمِنِيْنَ

wa laqad ātainā dāwūda wa sulaimāna ‘ilmā(n), wa qālal-ḥamdu lillāhil-lażī faḍḍalanā ‘alā kaṡīrim min ‘ibādihil-mu'minīn(a).

Kandi vy’ukuri, twahaye ubumenyi Dawudi na Salomo; bompi baravuga bati: «Ishimwe ribe kuri Allah yadukunze kurusha benshi mu bakozi biwe bemera.»


10
Q.S Saba (34:10)

۞ وَلَقَدْ اٰتَيْنَا دَاوٗدَ مِنَّا فَضْلًاۗ يٰجِبَالُ اَوِّبِيْ مَعَهٗ وَالطَّيْرَ ۚوَاَلَنَّا لَهُ الْحَدِيْدَۙ

wa laqad ātainā dāwūda minnā faḍlā(n), yā jibālu awwibī ma‘ahū waṭ-ṭair(a), wa alannā lahul-ḥadīd(a).

Kandi vy’ukuri, twahaye Dawudi ingabirano ivuye kuri Twebwe. (Twaravuze): «Ewe misozi n’inyoni!


17
Q.S Birababaje (38:17)

اِصْبِرْ عَلٰى مَا يَقُوْلُوْنَ وَاذْكُرْ عَبْدَنَا دَاوٗدَ ذَا الْاَيْدِۚ اِنَّهٗٓ اَوَّابٌ

iṣbir ‘alā mā yaqūlūna ważkur ‘abdanā dāwūda żal-aid(i), innahū awwāb(un).

Wihanganire ivyo bavuga; kandi mwibuke umusavyi wacu Dawudi afise inkomezi; nkako yari yumvira cane (Allah).


18
Q.S Birababaje (38:18)

اِنَّا سَخَّرْنَا الْجِبَالَ مَعَهٗ يُسَبِّحْنَ بِالْعَشِيِّ وَالْاِشْرَاقِۙ

innā sakhkharnal-jibāla ma‘ahū yusabbiḥna bil-‘asyiyyi wal-isyrāq(i).

Nkako, ni twebwe dutsinda imisozi kugira ngo twininahaze kumwe na we (Dawudi) ku mugoroba no mu gitondo;


19
Q.S Birababaje (38:19)

وَالطَّيْرَمَحْشُوْرَةً ۗ كُلٌّ لَّهٗٓ اَوَّابٌ

waṭ-ṭaira maḥsyūrah(tan), kullul lahū awwāb(un).

na (Twaranesheje kandi) inyoni ziri mu rwego rwo gukoranirizwa hamwe. Umwe wese muri bo yari yumvira cane (Allah).


20
Q.S Birababaje (38:20)

وَشَدَدْنَا مُلْكَهٗ وَاٰتَيْنٰهُ الْحِكْمَةَ وَفَصْلَ الْخِطَابِ

wa syadadnā mulkahū wa ātaināhul-ḥikmata wa faṣlal-khiṭāb(i).

Kandi twakomeje ubwami bwiwe kandi twamuha ubwenge n’ubwenge bwo gufata ingingo.


21
Q.S Birababaje (38:21)

۞ وَهَلْ اَتٰىكَ نَبَؤُا الْخَصْمِۘ اِذْ تَسَوَّرُوا الْمِحْرَابَۙ

wa hal atāka naba'ul-khaṣm(i), iż tasawwarul-miḥrāb(a).

Kandi amakuru y’abo batonganye igihe bazamuka uruhome rwa mihrab yoba yaragushikiye?


22
Q.S Birababaje (38:22)

اِذْ دَخَلُوْا عَلٰى دَاوٗدَ فَفَزِعَ مِنْهُمْ قَالُوْا لَا تَخَفْۚ خَصْمٰنِ بَغٰى بَعْضُنَا عَلٰى بَعْضٍ فَاحْكُمْ بَيْنَنَا بِالْحَقِّ وَلَا تُشْطِطْ وَاهْدِنَآ اِلٰى سَوَاۤءِ الصِّرَاطِ

iż dakhalū ‘alā dāwūda fafazi‘a minhum qālū lā takhaf, khaṣmāni bagā ba‘ḍunā ‘alā ba‘ḍin faḥkum bainanā bil-ḥaqqi wa lā tusyṭiṭ wahdinā ilā sawā'iṣ-ṣirāṭ(i).

igihe binjira guhura na Dawudi rero aca atangara kubera (ugushika) kwabo. Bati: «Ntutinye!(Twebwe) twese turahushanye, bamwe bararenganya uwundi; nuko urubanza hagati yacu mu butungane kandi ntukevye ukuri utuyobore mu nzira igororotse.


23
Q.S Birababaje (38:23)

اِنَّ هٰذَآ اَخِيْ ۗ لَهٗ تِسْعٌ وَّتِسْعُوْنَ نَعْجَةً وَّلِيَ نَعْجَةٌ وَّاحِدَةٌ ۗفَقَالَ اَكْفِلْنِيْهَا وَعَزَّنِيْ فِى الْخِطَابِ

inna hāżā akhī, lahū tis‘uw wa tis‘ūna na‘jataw wa liya na‘jatuw wāḥidah(tun), faqāla aqfilnīhā wa ‘azzanī fil-khiṭāb(i).

Nkako, mwenewacu yari afise impene z'ingore mirongo icenda n'icenda nanje mfise imwe gusa, aca ambwira ati: "Mpe (impene yawe)! Kandi yarantsinze mu mpari."


24
Q.S Birababaje (38:24)

قَالَ لَقَدْ ظَلَمَكَ بِسُؤَالِ نَعْجَتِكَ اِلٰى نِعَاجِهٖۗ وَاِنَّ كَثِيْرًا مِّنَ الْخُلَطَاۤءِ لَيَبْغِيْ بَعْضُهُمْ عَلٰى بَعْضٍ اِلَّا الَّذِيْنَ اٰمَنُوْا وَعَمِلُوا الصّٰلِحٰتِ وَقَلِيْلٌ مَّا هُمْۗ وَظَنَّ دَاوٗدُ اَنَّمَا فَتَنّٰهُ فَاسْتَغْفَرَ رَبَّهٗ وَخَرَّ رَاكِعًا وَّاَنَابَ ۩

qāla laqad ẓalamaka bisu'āli na‘jatika ilā ni‘ājih(ī), wa inna kaṡīram minal-khulaṭā'i layabgī ba‘ḍuhum ‘alā ba‘ḍin illal-lażīna āmanū wa ‘amiluṣ-ṣāliḥāti wa qalīlum mā hum, wa ẓanna dāwūdu annamā fatannāhu fastagfara rabbahū wa kharra rāki‘aw wa anāb(a).

We (Dawud) ati: "Nta gukeka, yarakugiriye nabi mu gusaba ko impene yawe (yongerwa) ku yiwe. Nkako, benshi mu bantu bafatanije baragirira nabi abandi, kiretse abemera bagakora ibikorwa vyiza; kandi ni bakeyi gusa muri bo babikora." Dawudi aca yikeka ko twariko turamugerageza; Nuko asaba imbabazi Umukama wiwe aca aragwa hasi arihana.


25
Q.S Birababaje (38:25)

فَغَفَرْنَا لَهٗ ذٰلِكَۗ وَاِنَّ لَهٗ عِنْدَنَا لَزُلْفٰى وَحُسْنَ مَاٰبٍ

fa gafarnā lahū żālik(a), wa inna lahū ‘indanā lazulfā wa ḥusna ma'āb(in).

Maze turamubabarira (ikosa ryiwe). Kandi vy’ukuri, afise ikibanza kiri hafi yacu vy’ukuri n’ahantu heza ho gusubira.


26
Q.S Birababaje (38:26)

يٰدَاوٗدُ اِنَّا جَعَلْنٰكَ خَلِيْفَةً فِى الْاَرْضِ فَاحْكُمْ بَيْنَ النَّاسِ بِالْحَقِّ وَلَا تَتَّبِعِ الْهَوٰى فَيُضِلَّكَ عَنْ سَبِيْلِ اللّٰهِ ۗاِنَّ الَّذِيْنَ يَضِلُّوْنَ عَنْ سَبِيْلِ اللّٰهِ لَهُمْ عَذَابٌ شَدِيْدٌ ۢبِمَا نَسُوْا يَوْمَ الْحِسَابِ ࣖ

yā dāwūdu innā ja‘alnāka khalīfatan fil-arḍi faḥkum bainan nāsi bil-ḥaqqi wa lā tattabi‘il-hawā fa yuḍillaka ‘an sabīlillāh(i), innal-lażīna yaḍillūna ‘an sabīlillāhi lahum ‘ażābun syadīdum bimā nasū yaumal-ḥisāb(i).

(Allah ati: "Ewe Dawudi! Twagugize Kalifa (umutegetsi) kw'isi, rero uce urubanza (amatati) hagati y'abantu mu buryo bubereye kandi ntukurikire ivyipfuzo vyawe, kuko bizokuzimiza mu nzira ya Allah. Nkako, abazozimira mu nzira ya Allah bazoronka igihano gikomeye, kuko bibagiwe umusi wo kwishura."