وَاذْكُرْ فِى الْكِتٰبِ اِسْمٰعِيْلَ ۖاِنَّهٗ كَانَ صَادِقَ الْوَعْدِ وَكَانَ رَسُوْلًا نَّبِيًّا ۚ
ważkur fil-kitābi ismā‘īl(a), innahū kāna ṣādiqal-wa‘di wa kāna rasūlan nabiyyā(n).
Kandi muvuge (Muhamadi), inkuru ya Ismail iri mu gitabu (Al-Qur’an). Yari umuntu w’ijambo ryiwe vy’ukuri, intumwa n’umuhanuzi.
فَبَشَّرْنٰهُ بِغُلٰمٍ حَلِيْمٍ
fa basysyarnāhu bigulāmin ḥalīm(in).
Twamuhaye rero inkuru nziza y’(ivuka ry’) umwana yihangana cane (Ismail).
فَلَمَّا بَلَغَ مَعَهُ السَّعْيَ قَالَ يٰبُنَيَّ اِنِّيْٓ اَرٰى فِى الْمَنَامِ اَنِّيْٓ اَذْبَحُكَ فَانْظُرْ مَاذَا تَرٰىۗ قَالَ يٰٓاَبَتِ افْعَلْ مَا تُؤْمَرُۖ سَتَجِدُنِيْٓ اِنْ شَاۤءَ اللّٰهُ مِنَ الصّٰبِرِيْنَ
falammā balaga ma‘ahus-sa‘ya qāla yā bunayya innī arā fil-manāmi annī ażbaḥuka fanẓur māżā tarā, qāla yā abatif‘al mā tu'mar(u), satajidunī in syā'allāhu minaṣ-ṣābirīn(a).
Umwana rero ashitse (imyaka) yarashoboye kugerageza na we, (Ibrahimu) ati: "Ewe mwana wanje! Nkako, narose ko ndiko ndakukerera. Rero wiyumvire ivyo wiyumvira!" We (Ismail) arishura ati: "Ewe dawe, kora ivyo (Allah) akutegetse, Imana ishaka, uzosanga ndi mu bihangana."