Embrasser l'Islam, cliquez ici
Islam Al-Haq: Qur'an na Hadith
(Islam nyakuri)



Topic - Bangsa-bangsa terdahulu Nabi-nabi Kisah-kisah para rasul Nabi Ibrahim AS Nabi ibrahim as. menunaikan ibadah haji

Verse Search Results :
Total Verses : 2
128
Q.S Al-Bakara (2:128)

رَبَّنَا وَاجْعَلْنَا مُسْلِمَيْنِ لَكَ وَمِنْ ذُرِّيَّتِنَآ اُمَّةً مُّسْلِمَةً لَّكَۖ وَاَرِنَا مَنَاسِكَنَا وَتُبْ عَلَيْنَا ۚ اِنَّكَ اَنْتَ التَّوَّابُ الرَّحِيْمُ

rabbanā waj‘alnā muslimaini laka wa min żurriyyatinā ummatam muslimatal lak(a), wa arinā manāsikanā wa tub ‘alainā, innaka antat-tawwābur-raḥīm(u).

Mukama wacu, utugire abantu bakuyobokera, n’abana n’abuzukuru bacu (na bo nyene) babe abantu bakuyobokera kandi utwereke inzira zo gukora ugusenga kwacu (hajj), kandi wemere kwihana kwacu. Nkako, ni Wewe wemera cane ukwihana, ni Wewe Munyakigongwe.


27
Q.S Haji (22:27)

وَاَذِّنْ فِى النَّاسِ بِالْحَجِّ يَأْتُوْكَ رِجَالًا وَّعَلٰى كُلِّ ضَامِرٍ يَّأْتِيْنَ مِنْ كُلِّ فَجٍّ عَمِيْقٍ ۙ

wa ażżin fin-nāsi bil-ḥajji ya'tūka rijālaw wa ‘alā kulli ḍāmiriy ya'tīna min kulli fajjin ‘amīq(in).

Kandi uhamagare abantu baze gukora Hajj, bazoza kuri wewe ku maguru, canke bagendeye ku ngamiya yose yonze, bazoza bavuye mu mfuruka zose za kure.