۞ وَاِذِ ابْتَلٰٓى اِبْرٰهٖمَ رَبُّهٗ بِكَلِمٰتٍ فَاَتَمَّهُنَّ ۗ قَالَ اِنِّيْ جَاعِلُكَ لِلنَّاسِ اِمَامًا ۗ قَالَ وَمِنْ ذُرِّيَّتِيْ ۗ قَالَ لَا يَنَالُ عَهْدِى الظّٰلِمِيْنَ
wa iżibtalā ibrāhīma rabbuhū bikalimātin fa atammahunn(a), qāla innī jā‘iluka lin-nāsi imāmā(n), qāla wa min żurriyyatī, qāla lā yanālu ‘ahdiẓ-ẓālimīn(a).
Kandi (mwibuke), igihe Aburahamu yageragezwa n’Umukama wiwe n’amajambo makeyi, niho yayashitse ata gatotsi. We (Allah) ati: «Ni ukuri, nagugize indongozi y’abantu bose.» We (Ibrahimu) ati: «Kandi (na) ku bana banje n’abuzukuru banje?» Allah ati: «(Ni ukuri, ariko) umuhango wanje ntuja ku bacumuzi.»
فَلَمَّا بَلَغَ مَعَهُ السَّعْيَ قَالَ يٰبُنَيَّ اِنِّيْٓ اَرٰى فِى الْمَنَامِ اَنِّيْٓ اَذْبَحُكَ فَانْظُرْ مَاذَا تَرٰىۗ قَالَ يٰٓاَبَتِ افْعَلْ مَا تُؤْمَرُۖ سَتَجِدُنِيْٓ اِنْ شَاۤءَ اللّٰهُ مِنَ الصّٰبِرِيْنَ
falammā balaga ma‘ahus-sa‘ya qāla yā bunayya innī arā fil-manāmi annī ażbaḥuka fanẓur māżā tarā, qāla yā abatif‘al mā tu'mar(u), satajidunī in syā'allāhu minaṣ-ṣābirīn(a).
Umwana rero ashitse (imyaka) yarashoboye kugerageza na we, (Ibrahimu) ati: "Ewe mwana wanje! Nkako, narose ko ndiko ndakukerera. Rero wiyumvire ivyo wiyumvira!" We (Ismail) arishura ati: "Ewe dawe, kora ivyo (Allah) akutegetse, Imana ishaka, uzosanga ndi mu bihangana."