33
Q.S Ali Imurani (3:33)
۞ اِنَّ اللّٰهَ اصْطَفٰىٓ اٰدَمَ وَنُوْحًا وَّاٰلَ اِبْرٰهِيْمَ وَاٰلَ عِمْرٰنَ عَلَى الْعٰلَمِيْنَۙ
innallāhaṣṭafā ādama wa nūḥaw wa āla ibrāhīma wa āla ‘imrāna ‘alal-‘ālamīn(a).
Nkako, Allah yatoye Adamu, Nowa, umuryango wa Aburahamu, n’umuryango wa Imran hejuru y’amahanga yose (mu bihe vyayo), .
122
Q.S Ta-Ha (20:122)
ثُمَّ اجْتَبٰىهُ رَبُّهٗ فَتَابَ عَلَيْهِ وَهَدٰى
Ṡummajtabāhu rabbuhū fa tāba ‘alaihi wa hadā.
Maze Umukama wiwe aramutora, akemera ukwihana kwiwe, aramuyobora.