67
Q.S Hijri (15:67)
وَجَاۤءَ اَهْلُ الْمَدِيْنَةِ يَسْتَبْشِرُوْنَ
wa jā'a ahlul-madīnati yastabsyirūn(a).
Nuko abantu bo mu gisagara baraza (kwa Luti) banezerewe (kubera ukuza kw’umushitsi).